Ni twigumanire
1.Ni twigumanire
Mwami mwiza cane,
Ijwi ryawe ryiza
Rizan’ amahoro.
Ref
Twaman’ imisi yose,
Yesu, ndakugomba,
Mukiza, n’ amahirwe
Ni twagumana.
2. Ni twigumanire
Nyen’ ubushobozi;
Ntsind’ amosha mabi
lyo turi kumwe.
3. Ni twigumanire,
Ngany’utari hano:
Ngwin’ ubu tubane,
Mbone gutungana.
4. Ni twigumanire,
Nyigish’ ivy’ ugomba,
Ndakwinginz’unsohore
Z’isezerano.
5. Ni twigumanire
Mwami w’imbabazi,
Nyobora mb’uwawe,
Wewe munyehirwe.